Archives par mot-clé : ijambo

Burundi : Ijambo Nyenicubahiro Umukuru w’Igihugu ashikirije Abarundi n’ababa mu Burundi ku munsi wo kwibuka imyaka 56 irangiye U-Burundi bwikukiye

Gusoma iyi nkuru ni ugukanda ku mbîkîsho ikulikira :

http://www.presidence.gov.bi/2018/07/01/ijambo-nyenicubahiro-umukuru-wigihugu-ashikirije-abarundi-nababa-mu-burundi-ku-munsi-wokwibuka-imyaka-56-irangiye-uburundi-bwikukiye/

Burundi : Ijambo Nyenicubahiro Petero Nkurunziza yashikirije Abarundi abipfuriza umunsi mukuru mwiza wahariwe abakozi n’akazi.

Gusoma inyandiko nyilizina ni ugukanda ku mbîkîsho ikulikira :

http://presidence.gov.bi/spip.php?article5849

Rwanda : Ijambo litangiza kongere isanzwe ya kane ya M.C.R. [= Abasangirangendo] yabereye i Paris ku wa 12 werurwe 2016.

Basangirangendo muteraniye hano,

Ndabaramukije ! Mukomere cyane !

Mwese, mwese.

Uyu munsi, twateraniye hano muli kongere isanzwe ya kane ya M.C.R. [= Abasangirangendo].

A. Tubanze twibukiranye ibikorwa by’ingenzi bya vuba ahangaha.

Mbere na mbere, nagirango mbibutse ko nitwaje ububasha mwamhaye, mu izina lya M.C.R. [= Abasangirangendo], taliki ya 16 gashyantare 2016, nandikiye akanama ka LONI gashinzwe umutekano ku Isi, ngasaba kwiga isobe ly’ibibazo by’U-Rwanda n’Abanyarwanda, biterwa n’ubutegetsi bw’Igisuti [= Totalitarisme moderne pan-hima-tutsiste]. Iki gikorwa kiraza kugarukwaho birambuye muli iyi kongere.

B. Indi nkuru ivugwa ni ukwitegura urubanza rukomeye dufite mu rukiko rukuru rw’iremezo rw’i Rouen mu Bufaransa

Continuer la lecture de Rwanda : Ijambo litangiza kongere isanzwe ya kane ya M.C.R. [= Abasangirangendo] yabereye i Paris ku wa 12 werurwe 2016.

Burundi : Ijambo rya nyenicubahiro Petero Nkurunziza Umukuru w’igihugu c’U-Burundi

Gusoma inyandiko nyilizina ni ugukanda ku mbîkîsho ikulikira :

http://presidence.gov.bi/spip.php?article5744

Ijambo litangiza kongere isanzwe ya gatatu ya M.C.R. [= Abasangirangendo] yabereye i Paris kuwa 12 nzeli 2015

Basangirangendo muteraniye hano,

Ndabaramukije ! Mukomere cyane !

Mwese, mwese.

Uyu munsi, twateraniye hano muli kongere isanzwe ya gatatu ya M.C.R. [= Abasangirangendo].

A. Tubanze twibukiranye ibyerekeye kongere zabanje za M.C.R. [= Abasangirangendo] zagiye zibera hano i Paris.

Continuer la lecture de Ijambo litangiza kongere isanzwe ya gatatu ya M.C.R. [= Abasangirangendo] yabereye i Paris kuwa 12 nzeli 2015

Burundi : Ijambo Nyenicubahiro Petero Nkurunziza umukuru w’igihugu ashikirije Abarundi amaze gushinga Leta nshasha

Gusoma inyandiko nyilizina ni ugukanda ku mbîkîsho ikulikira :

http://burundi-24.com/burundi/ijambo-nyenicubahiro-petero-nkurunziza-umukuru-w%E2%80%99igihugu-ashikirije-abarundi-amaze-gushinga

Burundi: Ijambo ryo guhumuriza inyuma y’igandagurwa rya General Adolphe Nshimirimana

En savoir plus sur :

http://presidence.gov.bi/spip.php?article5596

Burundi : Ijambo rya Nyenicubahiro umukuru w’igihugu ashikirije Abarundi n’amakungu inyuma y’aho akarwi k’abasirikare n’abapolisi bashakiye gusenyura inzego z’igihugu bikabata k’uwamazi

Barundi, Barundikazi,

Ncuti z’U-Burundi,

  1. Tubanje gushimira IMANA Mushoboravyose yaduhaye Igihugu ciza c’U-Burundi, gitemba amata n’ubuki. Nihabwe icubahiro.
  2. Kuri uno musi uri hejuru, twagira dushimire bimwe bivuye ku mutima inzego z’igihugu z’ukwivuna abansi no gucungera umutekano ku bwira n’ubukerebutsi zaraye zerekanye mu guhagarika umugambi ugayitse wo gutembagaza inzego zitorewe n’abenegihugu.
  3. Iyo migumuko imaze imisi nta kindi yazanye mu gihugu cacu atari amarira n’amaganya mu miryango, igihombo ku gihugu, na cane cane mu gisagara ca Bujumbura, ari na ho ako kaguma katanguriye mu duce tumwe tumwe turi ku rushi.
  4. Abarundi barayamaze bati : « Uwutema urwiwe bamutiza umuhoro ». Abo bahanuwe nabi nibirimbure bamenye ko U-Burundi n’Abarundi twamaze gutera intambwe iboneka ya demokarasi, kandi ko tutazigera twihanganira uwo wese azogerageza kuyisubiza inyuma.
  5. Biragaragara kandi ko iyo migumuko yatanguye gutegurwa kuva kera, kuva mu mwaka uheze, eka n’imbere yaho. Intumbero yayo kwari ugushaka gusenyura inzego zirongoye igihugu zitorewe n’abenegihugu.
  6. Turateye ivyatsi rero kandi turiyamirije abo bose bashaka gusubiza igihugu mw’ihumbi, mu kugarukana intwaro z’igikenye babanje kuburabuza demokarasi.

Barundi, Barundikazi,

Ncuti z’U-Burundi,

Continuer la lecture de Burundi : Ijambo rya Nyenicubahiro umukuru w’igihugu ashikirije Abarundi n’amakungu inyuma y’aho akarwi k’abasirikare n’abapolisi bashakiye gusenyura inzego z’igihugu bikabata k’uwamazi